Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

  Inyuma y’inkuru ibandanya ivurwa mu Burundi ko abantu bane mu ndongozi z’umuhari FPB zabo zafatiwe mu gihugu kibanyi ca Tanzania bagaca bajanwa mu Burundi ,umuvugizi w’umuhari FPB bwana Col Adolphe Manirakiza, yemeje ayo makuru ko abantu babo bane bafatiwe mu gihugu ca Tanzania ariko agirako agabisha ico gihugu ngo hamwe cohirahira kigaha abo bantu babo igihugu c’uBurundi. Bwana  Col Adolphe Manirakiza akaba yamenyesheje ko hamwe igihugu ca Tanzania cohirahira kigaha […]

Categories: Amakuru, Muhira, Politic, umutekano

Neymar da Silva Santos Júnior,kizigenza w’umurwi nserukira gihugu wa Bresil akaba n’umusatirizi adakorwako w’umurwi wa PSG (Paris Saint -Germain Fc) yarose ikarata itukura kuva yashika muruwo murwi wa PSG . Murukino rwariko rurahuza umurwi wa Marseille ku kibuga cawo ca Stade Vélodrome ,umurwi wa PSG ntiwashoboye kwitwara neza nkuko warumaze imisi ubikora mw’ihiganwa Ligue 1 ryo murico gihugu c’uBufaransa ,ndetse umukinyi wabo bagenderako cane  Neymar da Silva Santos Júnior akaba yahawe […]

Categories: Amakuru, Inkino, Muhira

Nkuko amakuru yemezwa na BOB RUGURIKA hamwe na Anicet Niyonkuru bamwe mu mboneza mu barwanya  ubutegetsi bw’iBujumbura bakaba na bamwe mu bari begereye abo basirikara babairi ,baremeza neza ko aba basoda babiri bo kurwego rwo hejuru aribo  General Ntiranyibagira Jeremie hamwe na Colonel Édouard Nshimirimana bafatiwe mu gihugu kibanyi ca Tanzania . Aya makuru y’ifatwa ryabo bagabo ahanini yemejwe na BOB Rugurika aho abicishije kurukuta  rwiwe rwa Twitter yemeza ko aba […]

Categories: Amakuru, Burundi, Muhira, Politic

Ashikiriza ico agona ku nkoho zishika kuri 40 ziheruka gufatirwa mw’ikambi y’impunzi iri mu gihugu ca Tanzania Karori Nditije asanzwe ariwe aramutswa urunanini CNARED Giriteka (Conseil National pour le Respect de l’Accord d’Arusha et la Restauration d’un Etat de droit au Burundi)yashikirije amajambo asa aho dasanzwe aho yariko aravuga umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza. Mu majambo amwamwe Karori Nditije yashikirije harimwo :IKINWAMARASO ,IKINYAMASWA…… Fyonda ngaho hasi wumviriza amajwi   Share PostTwitterFacebookGoogle […]

Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Fyonda ngaha ubandanye ukurikirana amakuru yacu kuri Facebook bitakugoye Share PostTwitterFacebookGoogle +1Email

Categories: Amakuru, Muhira, Umuziki

Inyuma yo kugandagura umukuru wigihugu yari yatowe n’abanyagihugu mu mwaka wa 1993 ,abasirikare bari bihaye iryo bara ntibagandaguye umukuru w’igihugu gusa ahubwo babandanije guhiga bunyamaswa n’abandi bari mu mugabwe wa SAHWANYA FRODEBU kugira babagandagure . Murabo bagandaguwe harimwo abashingamateka 13  bari mu  mugabwe SAHWANYA FRODEBU ico gihe c’umwaka wa 1993. 1:Umushingamateka KAJIBWAMI POTIEN 2Umushingamateka BIMAZUBUTE GILLES 3:Umushingamateka NDIKUMWAMI RICHARD 4:Umushingamateka SENTAMO ENGLEBERT 5: Umushingamateka PFAYOKURERA SYLVESTRE 6:Umushingamateka MANIRAMBONA JUVENAL 7:Umushingamateka […]

Categories: Amakuru, Burundi, Muhira, Politic

Kw’igenekerezo rya 17 ruheshi  2016 niho umurundikazi  asanzwe aba iburayi (europe) ku murwa mukuru w’igihugu  ca Espagne  muri Barcelona ,yitora akandika amajambo adasanzwe kurukuta   rwiwe ngurukana bumenyi ,aho ayo majambo yanditse  yababaje abatari bake na cane cane abasanzwe begereye intwaro y’iBujumbura . Mu majambo Kaneza Dianne yanditse kurukuta rwiwe ico gihe yagize ati “KERA BUJA YASA NEZA ….URI VYOSE ,KUVA HATANGUYE IMICAFU …HATEYE UBWOBA…URAJA AHANTU UGSANGA HATEYE UBWOBA…AMASURA …UFFFFF…..” Akimara kuvuga […]

Categories: Amakuru, Burundi, Muhira, Politic

Inyuma yaho umukobwa w’umuhanuzi mubijanye no kumenyesha amakuru mu Bureau vy’umukuru w’igihugu bwana Willy Nyamitwe ,agenewe ngo aserukire abarundi baba mu gihugu ca Chine ,yavuye mugacerere agira icavuze kwigenwa ryiwe. Abicishije kurukuta rw’iwe rw’ingurukana bumenyi rya Twitter ,Glynis Carrel Nyamitwe Nishemezwe yagize ico ashikirije aho yamenyesheje ko kugenwa kiwe ngo aserukire abarundi baba mu gihugu ca Chine ari iteka kuri we kandi kategerezwa kubikora afadikanije n’abandi barundi baba murico gihugu. […]

Categories: Amakuru, Burundi, Muhira, Politic

Ikawa yo mu Burundi isanzwe ikomoka mu buraruko bw’uBurundi ,neza na neza mu Ntara ya Kayanza yanikiye izindi kawa zo kw’isi yose ishobora kuba iyambere igurwa amahera menshi kw’isi yose kubera akanovera kayo. Iri higanwa ryagize ikawa yo mu Burundi iyambere ryari ryatunganizwe na ALLIANCE FOR COFFEE EXCELLENCE OF  BOSTON  ,rikaba ryariko rirabera  muri Reta zunze ubumwe za Amerika mu gisagara ca Boston gisanzwe kiri mu ntara imwe ya Reta zunze […]

Categories: Amakuru, Burundi, Muhira

Fyonda ngaha ubandanye ukurikira amakuru yacu kuri Facebook Share PostTwitterFacebookGoogle +1Email

Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Muri Ireland umugore yamenyekanye nka Morgan Callaghan w’imyaka 43 yamavuko yiyemereye ko yakoze ubugeni n’imbwa y’iwe yarizwi nka Henry mu mwaka wa 2009  ,ndetse yemeza ko bamaranye igihe c’imyaka 8 bibanira n’iyo bwa kandi banakora ibisanzwe vyose bikorwa n’abubatse . Morgan Callaghan nkuko Morgan Callaghan yabisiguye yamenyesheje ko guhitamwo kubana niyo bwa vyavuye kumpamvu zo kubura akazi ndetse haca haziramwo n’ikibazo c’umwuzure utwara inzu yiwe ariko kubura abamuguma hafi ariko iyo bwa yiwe […]

Categories: Amakuru, Muhira, Mumakungu, Urukundo

Belgrade ku murwa mukuru w’igihugu ca Serbia biravurwa ko abakirarugendo (Tourists) babandanya biyongera ku bwinshi murico gisagara mu ntumbero ya kuja gukorana imibonano mpuzabitsina n’ibikoko mu bibanza bisanzwe bizwi nka “animal brothels”aha hakaba hasanzwe haba harimwo ibikoko vyinshi harimwo ,imbwa,impene,intama ,indogobwa n’ibindi. Nkuko bishikirizwa n’ikinyamakuru co mu bwongereza mirror.co.uk ,ngo aba baja kuryamana n’ibi bikoko basanzwe bari mu murwi wabo basanzwe bita aba “zoophiles” aba nabo akaba arabashobora kunezerwa mugihe bariko barakorana imibonano […]

Categories: Amakuru, Muhira, Mumakungu

Mu gihe habandanya igenwa ryabatwara canke baserukira abarundi baba mu makungu  kumpannde zose zine zigize isi haba muri Europe ,Asia , Amerika .Ocean tutubagiye na Africa ,Japhet Legentil Ndayishimiye ajejwe ico gikorwa abandanya yerekana abo yagenye ngo baserukire abandi murivyo mu bihugu vyari bisanzwe bidafise ababiserukira. Nkuko vyatangajwe na Japhet Legentil Ndayishimiye asanzwe ajejwe ico gikorwa kuruyu musi w’igenekerezo rya 17 gitugutu 2017,umwe mubana ba Willy Nyamitwe nawe yahawe amabanga yo guserukira abandi […]

Categories: Amakuru, Burundi, Muhira, Politic

Mu ntara ya Cibitoke iri mu burengo bushira uburaruko bw’uBurundi ,umugabo yakoze urudandazwa rutari rumenyerewe mu Burundi ,aho yikoze kumugore wiwe amushira kwi soko kugira arabe ko yoronka amahera yo gutunga abana bari basanzwe baravyaranye n’uwo mukenyezi. Iri bara ryabereye kumutumba wa  Nyarurinzi muri  zone ya Buhayira ,ikomine ya Murwi mu Ntara ya  Cibitoke . Uyu mugabo yikoze ku mugore wiwe kugira ashobore kuronka amahera yomufasha kubaho n’abana biwe babiri […]

Categories: Amakuru, Burundi, Muhira, Urukundo

Umukozi w’Imana wo mugihugu ca Zimbabwe yafashe Telephone yiwe ahamagara mw’ijuru avugana n’IMANA abayoboke biwe barorera. Pastor agitangura  guterefona yagize ati”Hello,is this heaven ?”………..Raba Video musi wumve ingene uyu mu Pastor yaterefonye mw’ijuru na Telepfone   Fyonda ngaha ubandanye ukurikira amakuru yacu kuri Facebook       Share PostTwitterFacebookGoogle +1Email

Categories: Amakuru, Muhira, Mumakungu

Igihugu c’uBurundi kibicishije ku muvugizi akaba n’umwunganizi mu bushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu ,bongeye kwagiriza igihugu kibanyi c’uRwanda hamwe n’igihugu c’uBubirigi kuba bariko baratanga inkoho mw’ikambi y’impunzi z’abarundi ziri muri Tanzania. Nkuko vyashikirijwe na Therence NTAHIRAJA umwunganirizi w’umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu n’inyigisho zo gukunda igihugu ,yamenyesheje ko igihugu c’uRwanda kirikumwe n’igihugu c’uBubirigi bariko baragerageza gukwiragiza inkoho mw’ikambi y’impunzi i Nduta muri Tanzania kugira bashobore guhungabanya umutekano w’izo […]

Categories: Amakuru, Burundi, Muhira, Politic

Mu gihugu kibanyi ca Kenya , kimwe mu bihugu bigize umuryango w’ibihugu vya Africa y’ubuseruko  ,ukubakana kubasanzwe bahuje ibitsina bibandanya vyiyongera umusi kuwundi . Naho umukuru w’igihugu yigeze gukurira inkoni kugishitsi mugenziwe Barack Obama mu mwaka wa 2014 kwatarota igihugu ciwe cinjira mumuryango w’ibihugu vyemeza ubugeni bwabasanzwe bahuje ibitsina ,ibintu bisa naho bitabandanije bigenda nkuko abishaka kuko abanyagihugu benshi babandanya bakora ubugeni nabo bahuje ibitsina atacamira. Raba amafoto yabasore babiri bo mugisagara […]

Categories: Amakuru, Muhira, Mumakungu, Urukundo

Naho wari umunezero udasanzwe kuruhande rwabasanzwe bayoboka ubutegetsi bwa Bujumbura ,ibintu bisa nivyahindukiriye urundi ruhande kuko ibihugu biri muri UN Human Rights Council resolution  vyemeje ko ikiringo c’abahinga bakora amatohoza kubwicanyi bwabaye mu Burundi congerwa . Mu bihugu 47 bisanzwe biri muri UN Human Rights Council resolution  vyose hamwe ,ibihugu 22 vyemeje ko ico kiringo congerezwa mugihe 11 vyanse ico cipfuzo co kongereza ico kiringo ,ibindi bihugu 14 navyo vyaretse kugira ico bibivuzeko. […]

Categories: Amakuru, Burundi, Muhira, Politic

Ihinguriro ry’ibinyobwa mu Burundi  BRARUDI (Brasseries et Limonaderies du Burundi) ryasohoye ikinyobwa gishasha kizoba gihinguwe mu Bitoke . “Nyongera Akiwacu” nico kinyobwa gishasha  casohowe kuruyu wa gatandatu igenekerezo rya 10 kigarama 2016 mu Ntara ya gitega n’ishirahamwe rihinguriro ibinyobwa mu Burundi ariryo BRARUDI (Brasseries et Limonaderies du Burundi) . Nkuko vyatangajwe n’umukuru wa BRARUDI bwana Jordi Borrut ,yamenyesheje ko ikinyobwa “Nyongera akiwacu” ari nkaho gisa nk’ikinyobwa benshi bakunda kitwa “Urwarwa”ariko […]

Categories: Muhira

Inyuma  yaho Benjamin William Mkapa ,umuhuza mu matati y’uBurundi ,amenyeshereje ko abasanzwe bagirizwa ubwicanyi badakwiye kuja mu biganiro bihuza abarundi,bamwe mubanyepolitke harimwo n’abakozi b’Imana baserukira amashengero babandanya kwiyamiriza ico ciyumviro ca William Mkapa. Kuruhande rwabaramutswa amashengero ,uwatanguye kwiyamiriza kumugaragaro iciyumviro ca Benjamin Mkapa ni Mgr Simon NTAMWANA,asanzwe asanzwe arongoye intara ya Gitega mw’shengero Katorika. Kubwa Mgr Simon NTAMWANA asanga atanumwe yarakwiye gukumirwa mu biganiro bihuza abarundi kuko haganira abasanzwe bacanyemwo ngo na […]

Categories: Amakuru, Burundi, Muhira, Politic