Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Inyuma y’ibomorwa ry’inzu yarisanzwe ifatwa nka zimwe mu mazu y’uburaro  isanzwe iri mu buraruko bw’uBurundi mu ntara ya Kirundo uwusazwe arongoye urunani CNARED Giriteka(Conseil National pour le respect de l’Accord d’Arusha pour la Paix et la Réconciliation au Burundi et de l’Etat de droit) ari nawe iyo nzu yegukira bwana Muganga Yohani Minani yagize ico ashikirije. Nkuko tubikesha amajwi ,bwana yohani Minani yahaye bamwe mu bamenyeshamakuru bo mu Burundi uyu […]

Categories: Amakuru, Burundi, Muhira, Politic

Yishura kubbazo vyumumenyesha makurukazi w’imboneshakure ya France 24 ,Niyonsavye Christine Nina asanzwe aserukira igihugu c’uBurundi mu gihugu ca France yakuriye inkoni ku gishitsi abari mu Biganiro i Arusha ,amenyesha ko naho bagiye kuganira ata Reta y’uBumwe barota bashinga  ahubwo ko ibiganiro arivyo kugira bongere banagure imigenderanire yatitutse n’ibihugu nk’ubuFransa  (France)hamawe na Belgique . Umviriza musi mu majwi ingene Niyonsavye Christine Nina yishuye igihe umumenyesha makuru w’imboneshakure France 24 yamuhata ibibazo. Fyonda […]

Categories: Amakuru, Burundi, Muhira, Politic

Naho abarundi benshi bakunze kwibaza ko igiterwa c’icamwa  pomme kitopfa kumera kubutaka bw’uBurundi ndetse bamwe bakaba bagifise ivyiyumviro ko Pomme zose zigurishwa mu Burundi ko zitegerezwa kuba zakuwe  mu mahanga , umwe mu barimyi ba kijambere bo mu Ntara ya Muyinga yatanguye kurima ico camwa ca Pomme ndetse kiramera atangorane . Uyu yatanguye gukora ivyari bisa nivyatinwe na benshi ni  Jésus-Marie-Joseph NTINANIRWA ,umurimyi wa kijambere wo mu Ntara ya Muyinga […]

Categories: Amakuru, Burundi, Uburimyi

Mu mwaka wa 2045 ,igisagara ca Bujumbura kizoba  kiri ku rwego mpuza makungu kuko kizoba gifise vyinshi vyahinduwe murico ndetse na vyinsh bishasha bzoba vyararanguwe haba mu myubakire canke mu buryo bwo kugiteza imbera  kugira  kije kurugero rw’ibindi bisagara mpuzamakungu. Iri hangiro ryico gisagara gitewe igomwe bitegekanijwe ko rizoja mungiro neza mu mwaka wa 2045 ndetse akaba ariho uwo  umugambi wose uzoba usa naho wagiye mungiro mu gihe umugambi wokurikizwa nkuko […]

Nkuko amakuru yemezwa na BOB RUGURIKA hamwe na Anicet Niyonkuru bamwe mu mboneza mu barwanya  ubutegetsi bw’iBujumbura bakaba na bamwe mu bari begereye abo basirikara babairi ,baremeza neza ko aba basoda babiri bo kurwego rwo hejuru aribo  General Ntiranyibagira Jeremie hamwe na Colonel Édouard Nshimirimana bafatiwe mu gihugu kibanyi ca Tanzania . Aya makuru y’ifatwa ryabo bagabo ahanini yemejwe na BOB Rugurika aho abicishije kurukuta  rwiwe rwa Twitter yemeza ko aba […]

Categories: Amakuru, Burundi, Muhira, Politic

Inyuma yo kugandagura umukuru wigihugu yari yatowe n’abanyagihugu mu mwaka wa 1993 ,abasirikare bari bihaye iryo bara ntibagandaguye umukuru w’igihugu gusa ahubwo babandanije guhiga bunyamaswa n’abandi bari mu mugabwe wa SAHWANYA FRODEBU kugira babagandagure . Murabo bagandaguwe harimwo abashingamateka 13  bari mu  mugabwe SAHWANYA FRODEBU ico gihe c’umwaka wa 1993. 1:Umushingamateka KAJIBWAMI POTIEN 2Umushingamateka BIMAZUBUTE GILLES 3:Umushingamateka NDIKUMWAMI RICHARD 4:Umushingamateka SENTAMO ENGLEBERT 5: Umushingamateka PFAYOKURERA SYLVESTRE 6:Umushingamateka MANIRAMBONA JUVENAL 7:Umushingamateka […]

Categories: Amakuru, Burundi, Muhira, Politic

Kw’igenekerezo rya 17 ruheshi  2016 niho umurundikazi  asanzwe aba iburayi (europe) ku murwa mukuru w’igihugu  ca Espagne  muri Barcelona ,yitora akandika amajambo adasanzwe kurukuta   rwiwe ngurukana bumenyi ,aho ayo majambo yanditse  yababaje abatari bake na cane cane abasanzwe begereye intwaro y’iBujumbura . Mu majambo Kaneza Dianne yanditse kurukuta rwiwe ico gihe yagize ati “KERA BUJA YASA NEZA ….URI VYOSE ,KUVA HATANGUYE IMICAFU …HATEYE UBWOBA…URAJA AHANTU UGSANGA HATEYE UBWOBA…AMASURA …UFFFFF…..” Akimara kuvuga […]

Categories: Amakuru, Burundi, Muhira, Politic

Inyuma yaho umukobwa w’umuhanuzi mubijanye no kumenyesha amakuru mu Bureau vy’umukuru w’igihugu bwana Willy Nyamitwe ,agenewe ngo aserukire abarundi baba mu gihugu ca Chine ,yavuye mugacerere agira icavuze kwigenwa ryiwe. Abicishije kurukuta rw’iwe rw’ingurukana bumenyi rya Twitter ,Glynis Carrel Nyamitwe Nishemezwe yagize ico ashikirije aho yamenyesheje ko kugenwa kiwe ngo aserukire abarundi baba mu gihugu ca Chine ari iteka kuri we kandi kategerezwa kubikora afadikanije n’abandi barundi baba murico gihugu. […]

Categories: Amakuru, Burundi, Muhira, Politic

Ikawa yo mu Burundi isanzwe ikomoka mu buraruko bw’uBurundi ,neza na neza mu Ntara ya Kayanza yanikiye izindi kawa zo kw’isi yose ishobora kuba iyambere igurwa amahera menshi kw’isi yose kubera akanovera kayo. Iri higanwa ryagize ikawa yo mu Burundi iyambere ryari ryatunganizwe na ALLIANCE FOR COFFEE EXCELLENCE OF  BOSTON  ,rikaba ryariko rirabera  muri Reta zunze ubumwe za Amerika mu gisagara ca Boston gisanzwe kiri mu ntara imwe ya Reta zunze […]

Categories: Amakuru, Burundi, Muhira

Mu gihe habandanya igenwa ryabatwara canke baserukira abarundi baba mu makungu  kumpannde zose zine zigize isi haba muri Europe ,Asia , Amerika .Ocean tutubagiye na Africa ,Japhet Legentil Ndayishimiye ajejwe ico gikorwa abandanya yerekana abo yagenye ngo baserukire abandi murivyo mu bihugu vyari bisanzwe bidafise ababiserukira. Nkuko vyatangajwe na Japhet Legentil Ndayishimiye asanzwe ajejwe ico gikorwa kuruyu musi w’igenekerezo rya 17 gitugutu 2017,umwe mubana ba Willy Nyamitwe nawe yahawe amabanga yo guserukira abandi […]

Categories: Amakuru, Burundi, Muhira, Politic

Mu ntara ya Cibitoke iri mu burengo bushira uburaruko bw’uBurundi ,umugabo yakoze urudandazwa rutari rumenyerewe mu Burundi ,aho yikoze kumugore wiwe amushira kwi soko kugira arabe ko yoronka amahera yo gutunga abana bari basanzwe baravyaranye n’uwo mukenyezi. Iri bara ryabereye kumutumba wa  Nyarurinzi muri  zone ya Buhayira ,ikomine ya Murwi mu Ntara ya  Cibitoke . Uyu mugabo yikoze ku mugore wiwe kugira ashobore kuronka amahera yomufasha kubaho n’abana biwe babiri […]

Categories: Amakuru, Burundi, Muhira, Urukundo

Igihugu c’uBurundi kibicishije ku muvugizi akaba n’umwunganizi mu bushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu ,bongeye kwagiriza igihugu kibanyi c’uRwanda hamwe n’igihugu c’uBubirigi kuba bariko baratanga inkoho mw’ikambi y’impunzi z’abarundi ziri muri Tanzania. Nkuko vyashikirijwe na Therence NTAHIRAJA umwunganirizi w’umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu n’inyigisho zo gukunda igihugu ,yamenyesheje ko igihugu c’uRwanda kirikumwe n’igihugu c’uBubirigi bariko baragerageza gukwiragiza inkoho mw’ikambi y’impunzi i Nduta muri Tanzania kugira bashobore guhungabanya umutekano w’izo […]

Categories: Amakuru, Burundi, Muhira, Politic

Naho wari umunezero udasanzwe kuruhande rwabasanzwe bayoboka ubutegetsi bwa Bujumbura ,ibintu bisa nivyahindukiriye urundi ruhande kuko ibihugu biri muri UN Human Rights Council resolution  vyemeje ko ikiringo c’abahinga bakora amatohoza kubwicanyi bwabaye mu Burundi congerwa . Mu bihugu 47 bisanzwe biri muri UN Human Rights Council resolution  vyose hamwe ,ibihugu 22 vyemeje ko ico kiringo congerezwa mugihe 11 vyanse ico cipfuzo co kongereza ico kiringo ,ibindi bihugu 14 navyo vyaretse kugira ico bibivuzeko. […]

Categories: Amakuru, Burundi, Muhira, Politic

Mu gihe abasanzwe barwanya ubutegetsi bwa Petero Nkurunziza bari bafise icizere cinshi ko ibintu bishobora kurara bidadanutse, ndetse hari n’icizere ko haca hemezwa ko abategetsi b’uBurundi bazoca bajanwa imbere y’ubutungane mpuzamakungu ,ibintu vyaje guhindukira uko abarwanya Nkurunziza batari bavyiteze ndetse basa nabakubiswe n’inkuba kuko benshi batatahuye ibibaye. Ibi vyabereye i Malte mu nama yari yahuje ibihugu 48 biri mu nama nkuru y’agateka ka zina muntu (UN Human Rights Council resolution) […]

Categories: Amakuru, Burundi, Politic

Inyuma  yaho Benjamin William Mkapa ,umuhuza mu matati y’uBurundi ,amenyeshereje ko abasanzwe bagirizwa ubwicanyi badakwiye kuja mu biganiro bihuza abarundi,bamwe mubanyepolitke harimwo n’abakozi b’Imana baserukira amashengero babandanya kwiyamiriza ico ciyumviro ca William Mkapa. Kuruhande rwabaramutswa amashengero ,uwatanguye kwiyamiriza kumugaragaro iciyumviro ca Benjamin Mkapa ni Mgr Simon NTAMWANA,asanzwe asanzwe arongoye intara ya Gitega mw’shengero Katorika. Kubwa Mgr Simon NTAMWANA asanga atanumwe yarakwiye gukumirwa mu biganiro bihuza abarundi kuko haganira abasanzwe bacanyemwo ngo na […]

Categories: Amakuru, Burundi, Muhira, Politic

Kuva  aho Melchior Ndadaye ,incungu ya Democratie akaba n’umukuru w’igihugu wambere yaratowe n’abarundi agandaguriwe ,abavyeyi biwe ntibigeze bibukwa na gato  n’abari mu mugabwe Melchior Ndadaye yavamwo  ndetse  n’ubuzima bwabo bukaba bwabandanije buba bubi cane naho uyu mugabwe wasinzwe ushinzwe ukanakomezwa na Melchior Ndadaye wagumye mu Butegetsi kuva mu mwaka wa 1993 . Sahwanya FRODEBU yasinzwe na Melchior Ndadaye ,umuhungu wa Pio Ndayaye hamwe na Thérèse BANDUSHUBWENGE wagumye mu nzego z’uBurundi kuva Melchior Ndadaye […]

Categories: Amakuru, Burundi, Muhira

Murugendo rw’imisi itatu umuhuza mu matati y’aBarundi amaze mu gisagara ca Bujumbura ,Benjamin William Mkapa yahoze ari umukuru w’igihugu ca Tanzania kuva mu mwaka wa 1995 gushika mu mwaka wa 2005,  yakuriye inkoni kugishitsi abasanzwe batavuga rumwe n’ubutegetsi bwa Pierre Nkurunzuza . Mukiganiro yahaye abanditsi n’abamenyesha makuru kuruyu wa gatanu igenekerezo rya 09 kigarama 2016, Benjamin William Mkapa yakuriye inkoni kugishitsi abasanzwe barwanya ubutegetsi bwa Pierre Nkurunziza aho yamenyesha ko […]

Categories: Amakuru, Burundi, Muhira, Politic

Inyuma y’igitero  cahatswe kuzimanganya ubuzima bwa Willy Nyamitwe asanzwe ,ari umuhanuzi mukuru mubijanye no kumenyesha amakuru mu Bureau vy’umukuru w’igihugu ,Pierre Nkurikiye ,asanzwe avugira igipolisi c’uBurundi yatanze ikiganiro kubanditsi n’abamenyesha makuru mu ntumbero yo gusigura ibijanye nico gitero hamwe no gushira ahabona aboba  bari inyuma yico gitero . Nkuko umuvugizi w’igipolisi yabishikirije ,bwana Pierre Nkurikiye yamenyesheje ko ,abakoze igitero kuri Willy Nyamitwe bari basanzwe bikekwa ndetse ko bamwe muribo bari bamaze […]

Categories: Amakuru, Burundi, Muhira, Politic

Inyuma yo kugarukira  ku munwa  w’urupfu,arashwe n’umurwi witwaje ibigwanisho ,mugihe yaratashe muhira iwiwe mu Quartier ya Kajaga,Willy Nyamitwe yavuye mugacerere  yemeza kwataco yabaye ariko amenyesha ko yababajwe cane n’umu polisi yarasanzwe amucungera ubuzima yasize ubuzima murico Gitero. Mu majambo ya Willy Nyamtwe yashikirije abicishije kurukuta rwiwe rwa Twitter ,yashimiye abo bose bamufashe mu mugongo ariko amenyesha ko ababajwe cane n’umupolisi yamucungera ubuzima yaguye  murico gitero Willy Nyamitwe yagize ati”Je remercie […]

Categories: Amakuru, Burundi, Muhira, umutekano

Willy Nyamitwe, asanzwe ari ,Umuhanuzi mukuru mu Bureau vy’umukuru w’igihugu ,yacucagiweko amasasu n’abantu bitwaje ibigwanisho  mugihe yaratahutse muhira iwiwe. Ibi vyabereye mu gisagara ca Bujumbura,aho Willy nyamitwe yaratashe iwiwe mu Kajaga aho asanzwe aba ariko kuca agwa mu mutego wabantu bitwaje ibigwanisho bakamucucagirako amasasu . uyu yariko araronderwa yaratashe iwe aho sanzwe aba ngaho nyene muri Quartier ya Kajaga. Amakuru ikinyamakuru cacu carose nuko ,uyu muhanuzi mukuru mu Bureau vy’umukuru […]

Categories: Amakuru, Burundi, Muhira, umutekano