Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Ururirimbo rwasohowe na Yohani Bwejeri asanzwe akunda kumenyesha kwaserukira ubwoko bwabatutsi batoranijwe abo akunda kwita Aba Juifs canke abatoranijwe ruriko rufatwa ugutandukanye nabariko baragwumva ndetse benshi batanguye kurufata nkururirimbo rushaka gucanishamwo abarundi.

Uru ruririmbo rwa Yohani Bwejeri rukaba rwasohotse kumusi wa gatanu kw’igenekerezo rya 17 ruheshi 2017 aho bivugwa ko yarusohoreye ubwoko bwaba tutsi.

Umviriza ururimbo rwa Bwejeri ngaho musi

Uru ruririmbo rero rukaba rwatangaje abantu batari bake kuko atawokwibaza ko muriyi myaka tugezemwo hoba hakirho umuntu aciyumira gusohora indirimbo zishingiye kumoko .


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply