Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Abanyagihugu bo  muri zone mutakura ubwoba nibwinshi inyuma yaho hatorewe ibiziga vyabantu 2 muraka gatondo ko kuruyu wa kane igenekerezo rya 5 munyonyo 2015

Inyuma yo kubona ingene bamwe mubanyagihugu bagandaguwe bunyamaswa ,ndetse hakaba harimwo n’uwabonetse yakuwemwo umutima ,abanyagihugu batekewe n’ubwoba bafata ingingo yo guhunga iyo zone ya Mutakura.

Abanyagihugu bo ngaho muriyo Zone ya Mutakura bemeza ko bisigaye bigoye kuba muriyo zone kuko umenya uko wiriwe ariko utamenya uko buza guca.

Abanyagihugu rero bo muriyo zone bakaba bahisemwo kuva muriyo zone baja muncuti zabo ziba muyandi mazone ,mugihe abandi bahisemwo kwidugira muntara zarunguru.

  Raba hasi amafoto

 

CTB-Nq1XIAAACuv mutakura1 CTB-NrrWoAA5T3K


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply