Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Bob Rugurika ,Umuyobozi w’insamirizi  RPA ijwi ry’abanyagihugu yaraye ahawe agashimwe kitiriwe ,ubwigenge bwo kumenyesha amakuru kumugabane wa Africa.

Aka gashmwe akaba yagahawe na CNN MultiChoice African Journalist Awards mugihugu ca Africa yepfo mu gisagara ca Johannesburg .

14563299_1698901193763962_4589373627892988260_n

CNN MultiChoice African Journalist Awards ikaba yatanze ubushimwe bugera kuri 37 kubamenyesha makuru bashika 1637 bari murayo mahiganwa ,ndetse Bob Rugurika akaba arumwe murabo 37 baronkejwe agashimwe na CNN MultiChoice African Journalist Awards.

 

 

 

 


Categories: Amakuru, Muhira

Leave a Reply