Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Ishami rya BBC Gahuzamiryango risanzwe rishikiriza amakuru yo mukarere k’ibiyaga binini ,ririko rirarondera umukozi ashobora kuvuga kandi akaba anazi kwandika neza ururimi rw’ikirundi canke ururimi rw’ikinyarwanda.

Uwo mukozi BBC Gahuzamiryango iriko irarondera azoba ajejwe gukora mu vyerekeye amasanamu (Video).

BBC gahuza miryango ikaba yatangaje ko uwozoronka ako kazi azoca aja gukorera mu gisagara ca Londres kiri mu gihugu c’uBwongereza(England)

BBC gahuza miryango ikaba yongeye kwibutsa ko uwushaka aka kazi ategerezwa kuba anazi ururimi rw’icongereza kugira ntibizomugore kuba murico gisagara gisanzwe kirimwo abantu bavuga ururimi rw’icongereza gusa .

Abashaka ako kazi ,bakaba bifuza kumenya vyinshi mu bijanye n’ingene wokwiyandikisha urashobora gufyonda ngaha hakurikira :>>>>http://careerssearch.bbc.co.uk/jobs/job/Digital-Video-Producer-Great-Lakes-UK-based/18386

 

Fyonda ngaha ubandanye ukurikirana amakuru yacu kumwanya kuri Facebook


Categories: Muhira

One Response so far.

  1. Isaïe says:

    I KNOW ENGLISH AND TO WRITE KIRUNDI.

Leave a Reply