Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Umukuru wigihugu ca Reta Zunze ubumwe za America bwana BARACK OBAMA yabonetse ari mumunezero udasanzwe wo kwigina irangira ry’umwaka wa 2015.

Mubirori  vyo kwipfurizanya umwaka mushasha  vyari vyateguwe n’ibiro vy’umukuru w’igihugu ca Reta zunze ubumwe bwa Amerika munyubwakwa ya White House ,Barack Obama yabonetse ariko aratamba umuziki bimwe bitangaje ndetse binaboneka ko yari yishimye cane kuba ahejeje umwakwa wa 2015.

Barack Obama umukuru w'igihugu ca Reta zunze ubumwe bwa Amerika

Barack Obama umukuru w’igihugu ca Reta zunze ubumwe bwa Amerika

Barack Obama akaba yanipfurije umwaka mushasha mwiza  abanyagihugu bose ba reta zunze ubumwe bwa Amerika ndetse n’isi yose muri rusangi .

Tubibutse ko uyu mwaka ariwo wanyuma Barack Obama ahimbaje ari umukuru w’igihugu ca Amerika kuko mu mezi ari imbere bariko baritegurira gutora uwundi mukuru w’igihugu mushasha.


Categories: Amakuru, Mumakungu

Leave a Reply