Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Ban Ki Moon ,Umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe rijejwe amahoro n’umutekano kw’isi ONU yamaze gushika mugisagara ca Bujumbura ,ahaje kuraba ingene yoheza ikibazo c’umutekano muke urangwa mu Burundi,bwana Ban Ki Moon akaba aje murugendo rw’imisi ibiri mugihugu c’uBurundi.

Raba mu mafoto  Ban Ki Moon ashitse iBujumbura

Cb0-4I8XIAU6pEj

Ban Ki Moon yakiriwe kukibuga c’indege n’icegera c’ambere c’umukuru w’igihugu Gaston Sindimwo

Cb1MFcEWEAAbHgD

Nancy Mutoni akora mubiro vy’icegera c’umukuru w’igihugu ariko araramukanya na Ban Ki Moon

Ban Ki Moon yakiriwe n'umushikiranganji w'imigenderanire y'uBurundi nayandi makungu

Ban Ki Moon yakiriwe n’umushikiranganji w’imigenderanire y’uBurundi nayandi makungu

………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………..


Categories: Muhira

Leave a Reply