Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Muri Ireland umugore yamenyekanye nka Morgan Callaghan w’imyaka 43 yamavuko yiyemereye ko yakoze ubugeni n’imbwa y’iwe yarizwi nka Henry mu mwaka wa 2009  ,ndetse yemeza ko bamaranye igihe c’imyaka 8 bibanira n’iyo bwa kandi banakora ibisanzwe vyose bikorwa n’abubatse .

Morgan Callaghan nkuko Morgan Callaghan yabisiguye yamenyesheje ko guhitamwo kubana niyo bwa vyavuye kumpamvu zo kubura akazi ndetse haca haziramwo n’ikibazo c’umwuzure utwara inzu yiwe ariko kubura abamuguma hafi ariko iyo bwa yiwe ikaba yamugumye hafi igihe cose yari muruwo mubabaro n’agahinda.

Morgan Callaghan yabandanije atangaza ko icamuteye ingoga zo kubana n’iyo bwa yiwe aruko yabonye n’abandi bantu babana n’imbwa zabo atankomanzi ariko guca nawe ahitamwo kubana n’iyo mbwa y’iwe afata nk’umwami(King)

Abazwa nimba bitoshika agatandukana n’iyo mbwa yiweMorgan Callaghan yagize ati” I know I’m with Henry for life,” “People may think I’m barking mad, but he’s perfect for me.”

Fyonda ngaha ubandanye ukurikirana amakuru yacu kuri Facebook bitakugoye


Categories: Amakuru, Muhira, Mumakungu, Urukundo

Leave a Reply