Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mugihugu ,umushingantahe Pascal BARANDAGIYE ahejeje gufuta amwe mu mamashirahamwe yigenga adaharanira ivyicaro vya politike mu Burundi.

Mumashirahamwe yafuswe harimwo amashirahamwe cane cane yarwanije ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu PETERO Nkurunziza.

Urutonde rwamashirahamwe yafuswe musi:

1:FORSC: yahora irongowe na Vital NSHIMIRIMANA

2:FOCODE:yahora irongowe na Pacifique Nininahazwe

3:ACAT:(Action des Chrétiens pour l’Abolition de la torture)

4:APRODH rirongowe na Pierre claver Mbonimpa

5:PARCEM:rirongowe na Faustin Ndikumana

6:AMINA:Association desa anciens Militaires Demobilises)

7:FONTAINE-ISOKO:

8:SPPDF urunani ruhurikiyemwo amashirahamwe y’abakenyezi.

9:RCP:rirongowe na Vital Nshimirimana

10MAISON SHALOM:inzu yarera impfuvyi yari irongowe na Maggy Barankitse.

Ibi bibaye inyuma yiyugarwa ry’ububiko bwayo mashirahamwe yose hageretseko n’ikigo Shalom cegukira Maggy Barankitse.

12250118_10205198294180535_5010206499634059141_n


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply