Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Mcmello ,umuririmvyi w’umurundi asanzwe akorera ibikorwa vyiwe vy’umuziki mugihugu ca Canada yamaze gushira hanze amashusho y’indirimbo yiwe yitwa “gushika basare”

Aya masanamu yiyi  ndirimbo ya Mcmello akaba yasizwe ahabona inyuma yigihe gito cane Mcmello  yemereye abakunzi b’ibikorwa vyiwe  hamwe n’abakunzi b’umuziki ndundi ko agiye gushira hanze vyihuta amasanamu yiyo ndirimbo .

Amasanu yiyi ndirimbo rero akaba yatanguye kuvugisha abantu benshi kubera umyimbarire y’umwigeme ari muriyo ndirimbo n’ingene aba ariko aratamba iyo ndirimbo.

Mcmello kw'ifoto

Mcmello kw’ifoto

Raba hasi amasanamu ya “Gushika Basare ya Mcmello

………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………..


Categories: Amakuru, Muhira, Umuziki

Leave a Reply