Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Mugihe abanwanyi benshi b’umuziki w’uBurundi na cane cane abakunzi bumuririmvyi Yoya Jamal bari barindiranye igishika amasanamu y’indirimbo “Rukundo “ya Yoya Jamal,aya masanamu yamaze kuboneka.

Nkuko biboneka murayo masanamu yiyi Ndirimbo ya Yoya Jamal biraboneka ko yakoze amasanmu atandukanye nayo yahora akora ndetse nabamaze kuraba aya masanamu bakaba bemeza ko aya masanamu agiye gutuma Yoya Jamal atangura umwaka w’umuziki wa 2016 neza kuko aya masanamu y’indirimbo yiwe biboneka kwakoranye ubuhinga n’ubwitonzi.

Raba aya masanamu ya “Rukundo”by Yoya Jamal ngaha musi

………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………..


Categories: Amakuru, Umuziki

Leave a Reply