Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Jacques Bigirimana umukuru w’umugabwe wa FNL  yemewe imbere yamategeko yaraye avugiye amajambo kuriRadio Bujumbura internationale imwe mumaradiyo akorera kubuhinga bwa none mugushikiriza ivyiyumviro vyabanyepolitike ba Barundi na cane cane mw’iki gihe ayandi maradiyo yaturiwe atakivuga ,ariko ayo majambo Jacques Bigirimana yashikirije kuriyo Radio ariko irabazwako ibintu vyishi cane ,niraburya wumva neza ko Jacques Bigirimana avuga ashigikira ubutegetsi bwa CNDD FDD kandi yamye ari mubavuga kwaburwanya.

Aya majambo ya Jacques Bigirimana yatumye abantu bemeza neza yuko uyu mugabo  Jacques Bigirimana ashobora kuba afitanye umubano udasanzwe hamwe na CNDD FDD kuko abaye umunyepolitike wambere yavuze yagiriza amakosa abasanzwe barwanya ikiringo ca gatatu ca Nkurunziza.

Iyumvire ngaha hasi ayo majwi :aya majwi ari hasi tuyakesha Radio Bujumbura internationale

https://soundcloud.com/bishasha/jacques-bigiramana

 

 


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply