Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Amajambo icegera c’ambere c’umukuru w’igihugu bwana Gaston Sindimwo yashirije yatanguye kuvugwako vyinshi ndetse beshi batangura kuvuga kwari amajambo yiterabwoba .

Mugihe bamwe mubanyagihugu bari mugisagara ca Bujumbura bariko barikora imyiyerekano yo kwiyamiriza umuzo w’abasirikare b’ubumwe bwa Africa ,icegera c’ambere c’umukuru w’igihugu ari muri bamwe mubafashe ijambo ,ariko mw’ijambo yashikirije hakaba harimwo amajambo abatavuga rumwe n’ubutegetsi batanguye kuvuga kwari amajambo yiterabwoba ryabasanzwe barongoye uBurundi.

Amajambo yashikirijwe n’icegera c’umukuru w’igihugu akaba yagira ngo:Mugihugu hari umwami umwe kandi ni kw’isi yose,utamwemera uriha ubuki canke ukangara”

Inyuma yaya majambo icegera c’ambere c’umukuru w’igihugu  bwana Gaston Sindimwo akaba yaciye aja kurukuta rwiwe rwa Titter ayasigura muraya majambo akurikira musi

1

CXOXS2dWMAEoihE

Tubibutse ko Gaston sindimwo akunda kwagirizwa ko akorana n’umugabwe uri kubutegetsi wa CNDD FDD  ariko kuruhande rwiwe akaba avuga  kwari mubarwanya reta ya Petero Nkurunziza.


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply