Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Nkuko amakuru yemezwa na BOB RUGURIKA hamwe na Anicet Niyonkuru bamwe mu mboneza mu barwanya  ubutegetsi bw’iBujumbura bakaba na bamwe mu bari begereye abo basirikara babairi ,baremeza neza ko aba basoda babiri bo kurwego rwo hejuru aribo  General Ntiranyibagira Jeremie hamwe na Colonel Édouard Nshimirimana bafatiwe mu gihugu kibanyi ca Tanzania .

Aya makuru y’ifatwa ryabo bagabo ahanini yemejwe na BOB Rugurika aho abicishije kurukuta  rwiwe rwa Twitter yemeza ko aba basirikare bo kurwego rwo hejuru bari batwara imihari ibiri ko boba bafashwe ndetse akaba yariko arasaba ababishoboye ko bobatabariza kugira ntibicwe.

Aha BOB Rugurika akaba yariko aramenyesha ifata ryaba basoda babiri

Tubibutse ko aba basirikare bose kwari babiri bari bagiye kugwanya ubutegetsi bwa Bujumbura inyuma yo kuva mu gisirikare c’uBurundi FDN kuko bari mu batemera ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza.

Fyonda ngaha ubandanye uronka amakuru yacu bitakugoye


Categories: Amakuru, Burundi, Muhira, Politic

Leave a Reply