Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Mugihe kw’isi haguma haba ibikorwa vy’abiyahuzi mu bisagara bitandukanye  vyo kw’isi benshi bagakunda kugira n’ibibazo vyinshi kukungene umuntu ashobora kwiturikirizako ibombe abona canke akiyica abona ,benshi rero murabo babikora ngo babikora kugira bace baja mw’ijuru hanyuma Imana ice ibaha abakobwa b’amasugi bashika 72 bazoca bamarana ubuzima bwabo bwose bibanira mw’iparadizo ry’ibihe vyose.

Amasugi 72 y’abigeme mugikundwa gukoreshwa muguhenda abasore baba bashaka kujanwa murubwo bubisha kugira babashe bemere kwiturikirizako igisasu canke ikibombe.Aya masugi rero 72 y’abigeme ngw’Imana ihita iyaha uwashoboye kwiturikirizako ikibombe mugihe cane cane aba yishe abantu benshi.

1

Irabire amasanu y’umukuru wabihevyi ariko arababwira ivyo bategerezwa kuronka mugihe bokora igikorwa c’uBweranda co kwiturikirizako ikibombe.

………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………..


Categories: Amakuru, Muhira, Mumakungu

Leave a Reply