Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Inyuma yaho ONU imenyeshereje ko hashobora kuba ihonyabwoko ryabatutsi mu Burundi bamwe mubasore n’inkumi bari hagati y’imyaka 17 na 35 bagwiriyemwo abatutsi bazindukiye imbere yinyubako ya ONU iBujumbura kw’ibarabara rija mugatumba kwiyamiriza  ico cegeranyo.

Muraba bari bagiye murico kibanza harimwo abasanzwe batowe nkabashingamteka  mu Ntara ya Bujumbura Maire .

cs8-mwbxyaalg7b

cs8uwwuxeaagyqf-1

cs8xjwhxgaaxnwr

Tubibutse ko naho iki cegeranyo casohotse catewe ivyatsi na Reta y’uBurundi ndetse banagiriza abahinga ba ONU ko bakoze ico cegeranyo batatohoje neza.

 


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

One Response so far.

  1. Ukuri says:

    Abo Batutsi muvuga ni abahe? Nka Irina yovuga ngo ni Umututsikazi? Bigenze gute? Papa wiwe ni Ulmuhutu, nyina nawe ni Umukongomanikazi. Uyo mugabo afatanye n’uyo mugore, uyo mugabo ni Umuhutu, uyo mugore nawe, désolé vraiment, nta Mututsikazi arekuza amazuru nkayo. Mu ncamake, kura iyo nkinamico ngaho. Izo ni za mbones zo kwa Concilia, Dudu, Gaston Sindimwo barema bafashijwe na Dudu, zikaba zateranye na za mbones zo muri dd! ico bakora, bateranye bose babaye amavyi n’ibibabi!!!!!!

Leave a Reply