Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Abateye iBujumbura  kumakambi 2 y’igisirikare bamaze kwemanga ico gitero.

Mugihe  kumusi wagatanu igenekerezo rya 11 kigarama 2015  mumasaha y’ijoro habaye igitero mugisagara ca Bujumbura ,bikaza kuvugwa ko ari akarwi kabantu bateye bataramenyekanye ,kugeza ubu hoba hamaze kuboneka uwemera kwariwe ari umuvugizi wabo bateye iBujumbura.

Nkuko yavivuze abicishije mumajwi ,colonel David Nyenyeri nkuko yiyise yamenyesheje kwaribo bagavye ibitero vyabereye iBujumbura ndetse ko bivye ninkoho nyishe ndetse anavuga uko izo nkoho bivye zingana.

Umviriza ngaha hasi bwana Colonel Nyenyeri David avuga ko ariwe avugira umurwi wateye iBujumbura.


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

2 Responses so far.

  1. cndayikengurutse@gmail.com says:

    uwumunyagihungu avuga koyivye inkoho, ejo ubutungane nibwamurondera ababirigi nkenka bazoharira kuko igisuma gitegerezwa guhanwo.

Leave a Reply