Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Nkuko bihejejejwe gutangazwa n’umwe mubasanzwe bakora mw’ishirahamwe ryagateka kazina muntu kw’isi (Amnesty International) ,amashusho y’ubwicanyi bwakorewe mu Burundi arashigwa ahabona bitarenze uyu musi.

Abicishije kurukuta rwiwe rwa Twitter Christoph Koettl umwe mubahinga bajejwe gukoresha ibigendajuru mukuraba aho hose habera ubwicanyi  butumbera abanyagihugu bazira ubusa, Christoph Koettl yatangaje ko bariko bagerageza gushira ahabona amasanamu y’ibinogo rusangi vyahabwemwo abantu inyuma y’intambara yo kuwa 11 kigarama 2015.

12651035_533375386845455_3938734108014401892_n

Aya akaba ariyo majambo ya Christoph Koettl yasize kuri Twitter

Aya masanamu akaba aza kwigwako nabahinga bakaruhariwe bishirahamwe mpuzamakungu  Amnesty International bakurikira:

1:Mr Christof Heyns (South Africa), UN Special Rapporteur on extrajudicial, summary and arbitrary executions;

2:Ms. Maya Sahli Fadel (Algeria), Member of the African Commission on Human and Peoples’ Rights and  Special Rapporteur on refugees, asylum seekers, internally displaced persons and migrants of the same institution

3:Mr Pablo de Greiff (Colombia), UN Special Rapporteur on the promotion of truth, justice, reparation and guarantees of non-recurrence.


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply