Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Abanwanyi bumugabwe uri kubutegetsi CNDD FDD kuva mu mwaka wa 2005 gushika aya masha bahimbaje bose hamwe intsinzi y’umugabwe wabo yo mumatora ya 2015.

Ihimbazwa ry’iyi ntsinzi ya CNDD FDD rikaba ryabaye kumakomine yose agize igihugu c’uBurundi kandi abategetsi bose bo hejuru bakaba bagiye barahimbariza iyo ntsinzi y’umugabwe wabo mu makomine basanzwe bavukamwo.

Umukuru w'igihugu yahimbarije uwo musi mu Ntara ya Ngozi asanzwe avukamwo muri komine ya mwumba

Umukuru w’igihugu yahimbarije uwo musi mu Ntara ya Ngozi asanzwe avukamwo muri komine ya mwumba

csi-iahwyaabthv

Tubibutse ko naho aba bobo bariko barigina intsinzi abandi basanzwe batavuga rumwe bavuga kwatamatora yabaye mu mwaka wa 2015.

Umunyamabanga mukuru wa CNDD FDD bwana Everiste Ndayishimiye arikumwe n'abagaumyabanga bigina intsinzi y'umugabwe wabo ya CNDD FDD

Umunyamabanga mukuru wa CNDD FDD bwana Everiste Ndayishimiye arikumwe n’abagaumyabanga bigina intsinzi y’umugabwe wabo ya CNDD FDD

…………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………….


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply