Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Naho bidakundwa kuvugwa Mumuziki w’uburundi hasanzwe harimwo abigeme benshi cane kandi bafise n’ubwiza butanganje aho mbere benshi usanga bakunda kuba bari mumasanamu menshi y’indirimbo zabarundi ,mugihe abandi usanga ari abaririmvyi ubwabo bikorera igikorwa co kuririmba.

Inyuma yo kuraba abigeme basanzwe babarizwa mumuziki w’uburundi haba abaririmba canke abasanzwe ari ba bitumwako kugira bafashe abaririmvyi gukora amasanamu meza hari urutonde twaciye tugira rwabaririmvyi bateye neza kurusha abandi .

Raba hasi urwo rutonde rwabo bigeme 5 bateye neza ,babarizwa mumuziki w’uBurundi

Uyu musi ni Ngendabanka Divine asanzwe avukana na Natacha ,umwe mubaririmvyikazi babarundi ,Divine akunda kuboneka mumavideo menshi cane yabarundi ,naho ataririmba akunda kuza murayo ma Video kubera ukungene ateye neza.

12182718_1701637776736608_5938157681954294088_o

Uyu musi kandi ni Ininahazwe Norette asanzwe ari umuririmvyikazi w’uburundi ,uyu mwigeme asanzwe azwi nka Miss nono akaba yamenyekanye mundirimbo nka Je t ‘aime hamwe na Hora nkwinginge

12308353_953729451377366_2258731238975045889_n

 

Uyu musi Ashley Diva asanzwe yitwa amazina Girukwishaka Ashley akaba ari umuririmvyikazi w’umurundi akaba yaramenyekanye cane mundirimbo yiwe nka Nkorako ,hamwe na ME LOVE U zose yakoreye amasanu agakundwa cane n’abakunzi bumuziki w’uburundi.

12341019_1688081978115832_719483643497290042_n

Uyu musi kandi ni Tithy Love ,asanzwe nawe ari umuririmvyikazi w’umurundi akaba asanzwe yubakanye n’uwundi munyamuziki w’uBurundi yitwa Kook K ndetse bakaba bamaze no kuronka ikibondo

12246973_1091599487526044_6029318715303315463_n

Uyu musi ni Sharifa Luna akaba yahora ari murukundo n’umuririmvyi mukombozi mumwaka yahera ,akunda cane kuboneka mumasanamu y’indirimbo z’abarundi nyishi ,yabonetse mundirimbo ya rally Jeo yakunzwe cane ariyo “kuri Kakagezi”

10338244_334106390092584_3350500773585506973_n

Wibuke ko aba bigeme tutagiye turabatondeka kumurongo uko bakurikirana ,gusa nimba urumunwanyi w’umuziki w’uBurundi urashobora kudufasha kubatondeka kugira ubukurikira tuze tubashire kumurongo bivanye n’uko mwagiye mubitondekera.

 

 


Categories: Amakuru, Muhira, Umuziki

One Response so far.

  1. GB says:

    haraburamwo no.1: Annick Kabatesi.

Leave a Reply