Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Inyuma y’imisi irenga 2 bariko barigira hamwe ingene botora abarongozi bakuru bashasha  b’urunani CNARED Giriteka (Conseil National pour le respect de l’Accord d’Arusha pour la Paix et la Réconciliation au Burundi et de l’Etat de droit)kuruyu wa kabiri igenekerezo rya 28/11 /2017 niho uru runani rwashize ahabona abarongozi bashasha barwo aho ndetse vyanabonetse ko hagiyemwo ihinduka bagashiramwo umukenyezi mubari mu nzego nkuru z’uburongozi bw’urwo runani.

Abategetsi bashasha ba CNARED Giriteka (Conseil National pour le respect de l’Accord d’Arusha pour la Paix et la Réconciliation au Burundi et de l’Etat de droit) akaba araba bakurikira:

1:Président:Dr Jean Minani:
2: 1ere Vice Président:Mme Aline Ndenzako
3: 2e Vice Président :Pamphile Muderega
4: Secrétaire Exécutif:Anicet Niyonkuru
5: Porte-Parole:Pancrace Cimpaye

 


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply