Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Umukuru w’igihugu ca reta zunze ubumwe bwa Amerika aza imbere mubakuru bibihugu kw’isi bahebwa amafaranga menshi kw’isi mugihe c’umwaka.

Nkuko vyasizwe hanze n’ikinyamakuru Forbes gisanzwe cerekana ubutunzi bwabantu bakomakomeye kw’isi ndetse bamwe n’imishahara baba bahebwa ,umukuru w’igihugu ca Amerika niwe aza imbere mururwo rutonde rwabakuru bibihugu bashika kuri 5.

Bwana Barack Obama akaba aza arongoye urwo rutonde n’amahera yamanyamerika angana na $400.000 mugihe kumugabane wa Africa umukuru w’igihugu ca Africa yepfo ariwe aza murugwo rutonde gusa .

Raba urutonde ngaho hasi ariko ayo mahera akaba ariyo bahebwa kumwaka apana kukwezi kumwe

1:ubwambere haza Barack Obama arongoye reta zunze ubumwe za Amerika akaba ahebwa kumwaka amahera gera kuri $400.000 bisigura kwahebwa ayangana na $33.333 ku kwezi kumwe,aya akaba yababa amahera yamarundi 55 millions Fbu

jk

2:Kumwanya wakabiri haza bwana Stephan Harper asanzwe iri umushikiranganji w’ambere w’igihugu ca Canada.

2canada

3:Kumwanya wagatatu haza ANGELA MERKEL asanzwe ari umushikiranganji wambere w’ubudagi.

3allemagne

4.Kumwanya wa kane haza Umukuru w’igihugu ca Africa yepfo bwana Jacob Zuma

4south africa

5Kumwanya wagatanu hakaza umushikiranganji wambere w’iguhugu c’uBwongereza bwana David Cameron

5 UK

 


Categories: Muhira

Leave a Reply